Umuririmvyikazi Alice Keza yasohoye isanamu y’ururirimbo "Izina Ryawe". Aririmbira umusore avuga ko akunda. Isanamu ntiyakorewe mu Burundi ariko amajwi yakozwe n’umuhinyanyuzi w’umurundi.
Alice ati :" Izina ryawe nzoryandika ku mutima ugukunda"... "Nimba bidakunda ko wombarira ko duhuza indome duhuze umutima, uzontera iteka ndagutere irindi maze tube umwe"... "Ntuze unsige jenyene Boy".
Mwomenya ko isanamu y’ururirimbo yakorewe mu gihugu c’Urwanda. Ariko amajwi yakozwe n’umuhinyanyuzi Rubanza (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Alice Keza > Amasanamu