Umuririmvyi w’umurundi G-Marl Jamal yasohoye isanamu y’ururirimbo "Hard Life" yakoranye n’abandi nka daniel Ray na ATM Jeff.
Inyuma y’umwaka uburamwo ukwezi kumwe ururirimbo "Hard Life" rusohotse rukanashimisha abatari bake bavyanditse ku kinyamakuru IGIHE.bi, isanamu yarwo yasohotse.
G-Marl aririmba mu citabirizo ati:" Ni ubuzima bugoye, ni ubuzima bugoye kubamwo, isi igenda inyaruka cane, iguma ihindagurika, simbona ico nokora". Mu giteramo ca mbere batangura bati:" ni nde yombwira ico (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > G-Marl Jamal > amasanamu