Ikigo c’abafaransa catunganije ikiganiro ku bamenyeshamakuru aho catanga urutonde rw’ibikorwa nyamukuru bigiye gukorwa mu mezi 3 ari imbere. Inyuma y’ivyo bikorwa bazoca baja mu karuhuko.
Nk’uko ikigo c’Abafaransa c’i Bujumbura cama kibikora uko amezi atatu aheze, kirashira k’umugaragaro urutonde rw’ibizokorwa. Urutonde rwashizwe ahabona n’urwo guhera mu kwezi kwa Rusama gushika muri Mukakaro. Ibikorwa bizokwugururwa n’igiteramo c’agakura kizoremeshwa n’umuririmvyi wo mu mudiho wa Rap ava mu gihugu (...)
Accueil > Imico kama > Bujumbura
Bujumbura
-
Ikigo c’Abafaransa cahariye ukwezi kwa Ruheshi ibidukikije
23 Ndamukiza 2014 -
Ikigo ca IFB cuguruye imiryango inyuma y’ukwezi yugaye
4 Nyakanga 2013Ikigo c’Abafaransa co mu Burundi (Institut Français du Burundi) cuguruye imiryango inyuma y’ukwezi yugaye. Uwo mwanya wari uw’ibikorwa vyo gusubira gutunganya inyubakwa n’ibikoresho vy’ico kio. Wari n’umwanya w’akaruhuko ku bakozi bakorera ico kigo. Abantu rero ngo nibitege ibishasha vyinshi nkuko abayobozi bico kigo babimenyesha.
Ibikorwa vy’ikigo c’Abafaransa co mu Burundi kiri i Bujumbura congeye kugurura imiryango kuri uyu wa 4 Nyakanga 2013 inyuma y’ukwezi cugaye. Nkuko vyamenyeshejwe (...) -
Urukurikirane n’ibiteramo bishasha vya Gaël FAYE i Bujumbura
11 Ruheshi 2013«Pili pili sur un croissant de beurre » niryo zina Gaël FAYE yahaye urukurikirane rwiwe rushasha. Akaba agiye kugira ibiteramo bibiri i Bujumbura. Akazoba aherekejwe n’umurwi wiwe Milk Coffee & Sugar.
Kuri uyu wa kabiri, umuririmvyi Gaël FAYE yaremesheje ikiganiro ku bamenyeshamakuru aho yararamutse ashira ku mugaragaro urukirane rwiwe rushasha mu Burundi. Urwo rukirikirane rukaba rugizwe n’indirimbo 15. Inyuma y’ibiteramo bibiri yagize ku ndwi iheze mu gihugu c’Urwanda, iyi ndwi akaba (...)