Steven Sogo yasohoye ururirimbo yiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, ati:" Democratie ntuvane nayo, nturambirwe ngo ushire hasi". Arongera ati:"Teshwa have, bisa abandi".
Nk’uko abantu batandukanye bariko berekana aho bahagaze ku bijanye no kwitoza kwa Petero Nkurunziza, n’abaririmvyi ntibasigaye inyuma, Steven Sogo aririmba avuga ati:" Democrasi twayironse turushe, ubuzima bw’abantu bwarahatikiriye, ni co gituma tudashobora kwihangana ngo tube abaja b’umuntu umwe canke akarwi, (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Steven Sogo > Indirimbo
Indirimbo
-
Steven Sogo ati:" Teshwa have, bisa abandi"
5 Rusama 2015 -
Ururirimbo "Kwa Nyogokuru" rusubirwamwo ku mboneshakure nkuru yo muri Egypte
9 Ndamukiza 2015Indirimbo Steven Sogo yakoze mu Kirundi hamwe n’ibicurarangisho kavukire ziriko zisubirwamwo n’abandi baririmvyi bari kumwe mu mugambi wa Nile Project, uhuza abaririmvyi bakoresha ibicurarangisho ndangakaranga baba mu bihugu bisangiye uruzi Nile.
Isanamu "Video" iboneka ni iy’ururirimbo "Kwa Nyogokuru" rwa Steven Sogo Sogotolo. Iyo sanamu yafashwe igihe Sogotolo ariwe "Steven Sogo", n’abandi baririmvyi bava mu bihugu vya Uganda, Kenya, Egypte, Soudan, Etiyopiya, Sudani n’Urwanda, bari (...) -
Akabanga
17 Gitugutu 2013 -
Indagano
17 Gitugutu 2013 -
Agatirano
17 Gitugutu 2013