Isanamu y’ururirimbo Chany Queen yakoranye n’umuririmvyi Gaga Blue yasohotse, baririmba bavuga bati : "Jewe nawe".
chany Queen atangura abwira Gaga Blue ati kukuronka wewe vyabaye nk’igihamana (surprise, bahati), jewe nawe tuzokwamana iminsi yanditse ku kirangaminsi, sinshobora kuguheba". Gaga Blue nawe amwishura amubwira ko azomushishitira nk’uwuhoza umwana, ko bazoca aho hose haryoshe maze barye ibiryoshe.
Isanamu yasohotse ni iy’ururirimbo "Me and You", canke "Jewe Nawe", amajwi yakorewe (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Chanelle > Indirimbo
Indirimbo
-
Gaga Blue yemerera Chany Queen ko azomukorakora (video)
13 Ruhuhuma 2015 -
Chany Queen yasohoye ururirimbo "Fizzo" yaririmbiye Fariouz amutera amashurwe
28 Gitugutu 2014Inyuma y’iminsi y’agacerere, Chanelle azwi kw’izina rya Chany Queen yasohoye ururirimbo ruvugwamwo Fariouz kuva mu ntago gushika ruhere, koko yaririmvye izina Fizzo gusa. Chany Queen ati:" Mvuze F I Z Z O mba nshatse gusigura Fizzo".
Chany Queen ntiyaraherutse gusohora indirimbo ariko aravuye mu gacerere aca asohora ururirimbo " Fizzo" aho aririmba Fariouz amutera amashurwe gushika ruhere. Mu majambo avuga mu ruririmbo, Chanelle yemeza ko Fizzo ari we muririmvyi wa mbere yubaha kandi akunda. (...)