Irakoze Hugues ariwe azwi cane kw’izina rya Sam Over Mix ni umurundi w’umurimvyi akina n’amareresi n’ibindi.Abakunzi b’umuziki wiwe baribaza iyo yagiye kuko bamubona mu kirabo « Iwabo n’ Abantu » aho aririmba muri karaoke hamwe no ku kirabo « Kw’Isango » ndetse n’ahandi. Over Mix araseruka cane mu mahayanishwa y’ibidandaza canke y’ibikorwa nko mu mashirahamwe yo gutumatumanako amakuru za Africel, Smart. Ikibazo “None OverMix ageze he n’umuziki wiwe?” kikabasha riho kubazwa.
Sam atangura aca umugani (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Sam Over Mix > Inkuru