Inyuma y’igiteramo cabereye i Bukavu, umuririmvyikazi Dety Darba yahejeje igiteramo atamerewe neza mu magara yiwe, vyatumye igiteramo yogiriye i Bujumbura gisiba. Ariko uwo muririmvyizi azoboneka mu giteramo c’agakura kizoremeshwa n’ibihangange mu muziki vyo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko.
Dety Darba yoteramishije igisagara ca Bujumbura kw’’igenekerezo rya 07 Munyonyo mu kigo c’abafaransa ( Institut Francais de Bujumbura). Muri ico giteramo yoshize ahabona urukurikirane rwiwe rwa kabiri yise (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Dety Darba > Inkuru