Accueil > Amakuru > Akahise > 10 Ruheshi
10 Ruheshi
mardi 10 Mukakaro 2018
Igenekerezo rya 10 Ruhenshi.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nk’iri
1793: Havuka Iratiro rya kahise ry’i Paris. Aho ni mu gihugu c’Ubufaransa.
1829 : Haba ihiganwa mu mato rya mbere hagati ya kaminuza ya
Cambridge na Oxford.
1940 : Mussolini amenyesha ko atanguye indwano n’igihugu c’Ubufaransa.
uwuzwi cane yavutse kw’igenekerezo nk’iri
1985: Andy Schleck, umunonotsi asiganwa ku makinga wo muri Luxembourg.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nk’iri
1560: Marie De Guise, umwamikazi wo muri Ecosse akaba na nyina wa Marie Stuart.
1836 : André Marie-Ampère, umuhinga akaba n’umushakashatsi muri
Physique. Akaba akomoka mu Bufaransa.
- André Marie- Ampère
2000 : Hafez el-Assad, uwabaye umukuru w’igihugu ca Siriya.
- Hafez -Al-Assad
Ibihimbazwa
Guyane y’abafaransa : Ukwibuka ikurwaho ry’ubuja.
Portugal : Umunsi mukuru w’igihugu
Luc-Noel Ingabire