IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 25 Gitugutu

Itarike 25 Gitugutu

jeudi 25 Gitugutu 2018

Igenekerezo rya 25 Gitugutu.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1555: Umwami Charles Quint aratanga.
1971: Ubushinwa winjira mu murwi w’ibihugu ntayegayezwa mu nama nkuru y’umutekano yo muri ONU.
1983: Leta Zunzubumwe z’Amerika zitera izinga rya Grenade.
1997: Denis Sassou-Nguesso yongera kuba umukuru w’igihugu ca Congo Brazzaville.

JPEG - 7.6 ko
Denis Sassou-Nguesso

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1881: Pablo Picasso, umuhinga mu gucapa no gusiga amabara y’ibisharizo. Yakomoka muri Espagne.

JPEG - 7 ko
Pablo Picasso

1984: Katy Perry, umuririmvyikazi w’umunyamerika.

JPEG - 6.7 ko
Katy Perry

1985: Ciara, umuririmvyikazi w’umunyamerika.

JPEG - 11.4 ko
Ciara

2001: Élisabeth, umuganwakazi wo mu Bubirigi.

Abazwi cane bitavymana kw’igenekerezo nkiri

1647: Evangelista Torricelli, umuhinga muri physique n’ibiharuro akomoka mu Butariyano.

JPEG - 4.9 ko
Evangelista Torricelli

1973 : Abebe Bikila, umunontsi wo muri Etiyopiya.

JPEG - 7.9 ko
Abebe Bikila

2012: Gregory Isaacs, umuririmvyi wo muri Jamaïque.

Ibihimbazwa

. Kazakhstan: Umunsi mukruru wa Repubrika.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.