Accueil > Amakuru > Akahise > 11 Ruhenshi
11 Ruhenshi
lundi 11 Ruheshi 2018
Igenekerezo rya 11 Ruhenshi.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri
1913: Muri Norvège, abakenyezi baronka uburenganzira bwogutora mu matora y’abarongora inzego.
1924: Alexandre Millerand, umukuru w’igihugu c’Ubufaransa ico gihe, aratanga imihoho muri ayo mabanga yiwe.
2012: Bujar Nishani atorwa kuba umuuru w’igihuguca Albaniya.
Uwuzwi cane bavutse kw’igenekerezo nk’iri
1908: Francisco Marto, umwungere wo muri Portugal,umwe mu bantu batatu babonekewe na Bikira Mariya mu gisagara c’i Fatima.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1979: John Wayne, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
2001: Timothy McVeigh, umukukuruke wo mu gisoda c’Amarikaya yagiriye ubwicanyi bwabaye i Oklahoma City, leta imwe yo muri Leta Zunzubumwe za Amerika.
2005: Anne-Marie Alonzo, umwanditsi akomoka muri Misiri ariko aba i Quebec afise ubwenegihugu bwo muri Canada.
Ibihimbazwa
. Argentine: Umunsi mukuru w’ababanyi.
Luc-Noel INGABIRE