IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 19 Mukakaro

19 Mukakaro

mercredi 20 Mukakaro 2016

Igenekerezo rya 19 Mukakaro .

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri

1553: Marie Tudor aba umwamikazi w’Ubwongereza.

1979: Simon Veil atorwa ngo abe umurongozi w’inama nshingamateka ya Buraya.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1814: Samuel Colt, umunshakashatsi w’umunyamerika.

1962: Campbell Scott, umuhinyanyuzi w’amareresi w’amunyamerika.

1970: Sinclair, umuririmvyi w’umufaransa.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

514: Symmaque umu papa.

1947: Aung San, umusirikare yapfuye agandaguwe wo muri Birmaniya. Akaba ari se wa Aung San Suu Kyi.

1965: Syngman Rhee, uwabaye umukuru w’igihugu ca Koreya y’Ubumanuko kuva 1948 gushika 1960.

Ibihimbazwa

. Birimaniya: Umunsi mukuru w’abamaratiri. Aho bibuka igandagurwa rya Aung San kumwe n’abandi bagendanyi biwe batandatu.

. Colombiya: Umunsi mukuru w’intwari z’igihugu nizo imiryango.

. Nicaragua: Umunsi mukuru w’ibohorwa ry’igihugu.


Luc Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.