Accueil > Amakuru > Akahise > 24 Ruhenshi
24 Ruhenshi
samedi 24 Ruheshi 2017
Igenekerezo rya 24 Ruhenshi .
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri
1322: Hashirwakoigikumu itegeko ryirukana aba Juifs mu gihugu c’Ubufaransa. Ryashinzw mu ngiro mu mwaka ukurikira w’1323.
11348: Ubwongereza buterwa n’indwara yitwa Peste Noire.
1497: Uwitwa Jean Cabot atora ubwa mbere igihugu ca Canada.
- Jean Cabot
1942: Umuryango w’Ubwami bwa Holland uhungira muri Leta Zunzubumwe z’Amerika kubera indwano yari muri Holland.
1978: Umukuru w’igihugu ca Yémen,Ahmed Hussein Ghashani, aricwa n’ibombe yaturitse aho yari yanyegejwe mw’isakoshi y’ingenzi.
2005: Mahmoud Ahmadinejad atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Irani.
- Mahmoud Ahmadinejad, uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Irani
2007: Mu Bwongereza, Gordon Brown asubirira Tony Blair mu mabanga y’umukuru w’umugambwe w’abakozi.
2012: Mohamed Morsi amenyeshwa ko ariwe yatowe kuba umukuru w’igihugu ca Misiri.
- Mohamed Morsi
Ibihimbazwa
.Umunsi mpuzamakungu wahariwe umukino wa “Surf”.
. Canada, Québec: Umunsi mukuru w’igihugu I Québec.
Luc-Noel INGABIRE
Messages
24 Ruheshi 2015, 08:49, par JEAN
IVYOSE NINKIMPANURO KUBRUNDI UBWATSI BURAKURA BUGASHA BUKABISUBUNDI NKURUNZIZA UMVA UTARUMVISHWA