Accueil > Amakuru > Akahise > 26 Rusama
26 Rusama
vendredi 26 Rusama 2017
Igenekerezo rya 26 Rusama
Ibikuru bikuru vyaranze iri tarike
1966: Igihugu ca Guyane kirikukira.
1994: Imigendaranire hagati ya Leta Zunzubumwe z’Amerika na Vyetenamu
isubira gutangura inyuma y’ingwano yabaye hagati yivyo bihugu mu myaka
y’1940.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1822: Edmond de Goncourt, umwanitsi w’umufaransa.ni nawe yatanguje ico
bita Académie Goncourt.
1881: Adolfo de la Huerta, umukuru w’igihugu ca Mexike.
1909: Adolfo Lopez Mateos, umukuru w’igihugu ca Mexike.
1969: Frederik de Danemark, umutoranwa w’ubwami bwa Danemark.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
604: Augistino w’i Contorbery, musenyeri wa mbere w’i Contorbery.
946: Edmond wa mbere, umwami w’Ubwongereza.
1943: Edsel Ford, umunyamahinguriro w’umunyamerika.
2005: Aboubacar Sangoulé Lamazana, uwabaye umukuru w’wigihugu ca Burkina Faso.
2006: Édouard Michelin, umunyamahinguriro w’umufaransa.
Ibihimbazwa
. Austrarie: Umunsi wo guhariranira. Umunsi watanguye mu 1998 mu
ntumbero yo kwerekana uko ubwoko bw’aba Aborigene hame nandi bitwa aba
Indigènes.
. Danemark: Yubire y’amavuko y’umwana wo munda y’umwami wo muri
Danemark. Uwitwa Frederik wo muri Danemark.
. Ubufaransa: Umunsi wahariwe urukino.
. Guyana: Umunsi mukuru wo kwikukira.
. Pologne: Umunsi mukuru wa nyina wa muntu.
Ingabire Luc Noel