IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 27 Rusama

27 Rusama

samedi 27 Rusama 2017

Igenekerezo rya 27 Rusama.

Ibikuru bikuru vyaranze iri tarike

1703: Ivuka ry’igisagara ca Saint-Pétrsbourg:

1955 : Buba ubwa mbere indege yo mubwoko bwa Caravelle iguruka.
Yagurutse iva ahitwa Blagnac.

1974: Jacques Chirac ashingwa kuba umushikiranganji wa mbere w’Ubufaransa.

Abazwi cana bavutse kw’igenekerezo nkiri

1794 : Cornelius Vanderbit, umurwizatunga w’umunyamerika yakorera
muvyamayira y’indarayi.

1820 : Mathilde Bonaparte, umwe mubamikazi babafaransa bakomoka mu
muryango wa Napoléon.

1894: Louis-Ferdinand Céline, umwanditsi w’umufaransa.

1987 : Gervinho, umukiyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Cote d’Ivoire.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1564 : Jean Calvin, umufaransa yahimiriza ihinduka mmuvyo ukwemera.

1610 : François Ravaillac, umuyobe yishe umwami w’Ubufaransa.

1797 : Gracchus Babeuf, umunyapolitile w’umufaransa.

1964: Jawaharlal Nehru, umunyapolitike w’umuhindi.

1967: Paul Henckels, umukinyi w’amareresi w’umudagi.

2011 : Jeff Conaway, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

Ibihimbazwa

. Boliviya : Umunsi mukuru wa nyina wa muntu.

. Guadeloupe, Saint Barthélemy, Saint-Martin: Umunsi mukuru wo kwibuka
ikurwaho ry’ubuja.

.Nigeriya : Umunsi mukuru wahariwe abana.

. Peru : Umunsi wahariwe ururimi rwiki indojene.


Luc Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.