Accueil > Amakuru > Akahise > 29 Ruhenshi
29 Ruhenshi
vendredi 29 Ruheshi 2018
Igenekerezo rya 29 Ruhenshi.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri
1776: Ivuka ry’igisagara ca San Francisco.
- San Francisco
1880: Izinga rya Tahiti rishirwa ku gihugu c’Ubufaransa.
1976: Imazinga ya Seychelles aronka intahe yo kwikukira.
1992: Umukuru w’igihugu ca Algériya, Mouhamed Boudiaf, aragandagurwa.
- Mouhamed Boudiaf
2004: Marie-Noëlle Thémereau aba umukuru w’igihugu agira 3 wa Nouvelle Calédonie.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1900: Antoine de Saint-Exupéry, umwanditsi w’umufaransa.
- Antoine de Saint-Exupéry
1925: Giorgio Napolitano, umukuru w’igihugu c’Ubutariyano.
1978: Nicole Scherzinger, umuririmvyikazi w’umunyamerika.
- Nicole Scherzinger
Ibihimbazwa
. Seychelles : Umunsi mukuru wo kwikukira.
Luc-Noel INGABIRE