Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 4 Rusama
Itarike 4 Rusama
vendredi 4 Rusama 2018
Igenekerezo rya 4 Rusama .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1953 : Ernest Hemingway, umwanditsi w’umunyamerika aronka agashimwe kititriwe Pulitzer ku gitabo ciwe « Le Vieil et la Mer ».
1979 : Margaret Thatcher aba umushikiranganji wa mbere w’igihugu c’ubwonereza.
1904: Ibikorwa vyo guca umuhora wa Panama bija mu inwe y’abanyamerika.
2000: virus yitwa “I love you” iratera abakoresha ubuhinga ngurukanabumenyi bo kw’isi yose.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1951: Jackie Jackson, umuririmvi akongera akaba n’umucurarazi w’umunyamerika.
1897: . Francesc Fabregas, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Espagne.
. Jorge Lorenzo, umudereva w’imoto yamuka mu gihugu ca Espagne.
1994 : Pauline Ducruet, umukobwa w’ummwamikazi Stéphanie de Monaco.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe abazimyamuriro. Uwo munsi washinzwe kuva mu mwaka w’1999 umunsi hapfa abazimyamuriro bariko bazimya umuriro wari wateye mw’ishamba ryo muri Australie.
. Muri Afganistani : umunsi w’icibutso aho bibuka aba maratiri n’abamugaye.
. Mu Bushinwa : Umunsi w’urwaruka. Washinzwe kuva 1949.
.Muri Pays-Bas : Umunsi w’igihugu wo kwibuka.
Luc Noel Ingabire