Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amafaranga abanyeshure bo mw’ishure nshingiro n’inyuma yaryo bazotanga (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imibano > Indero > Amafaranga abanyeshure bo mw’ishure nshingiro n’inyuma yaryo bazotanga (...)

Amafaranga abanyeshure bo mw’ishure nshingiro n’inyuma yaryo bazotanga yashizwe ahabona

Friday 20 July 2018, by vianney

Mw’itegeko inomero 620/0417/07/2018 ryasohowe n’ubushikiranganji bw’indero hamwe n’ubw’amagara y’abantu kubijanye n’amafaranga abanyeshure batanga rimenyeshako umunyeshure wo mw’ishure ry’indaro ryigenga ribayabaye azotanga amafaranga ibihumbi 300 ku gice ariko kuwo mw’ishure ry’abifise bakazotanga amafaranga angana n’umuriyoni.

Iryo tegeko ry’ubwo bushikiranganji bubiri rivuga ko abo mu mashure y’inyuma y’ishure nshingiro biga muri reta atari mw’ishure ry’indaro bazotanga amafaranga ibihunbi 7 ku munyeshure kandi ku gice naho abiga amashure y’imyuga muri reta bakazotanga amafaranga ibihumbi 5 ku gice.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.