Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bejp Sunrise: Amajwi n’isanamu y’ururirimbo vyasohokeye rimwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Bejp Sunrise: Amajwi n’isanamu y’ururirimbo vyasohokeye rimwe

Bejp Sunrise: Amajwi n’isanamu y’ururirimbo vyasohokeye rimwe

mardi 1er Myandagaro 2017

" Wandutiye Bose"ikozwe mu mudiho w’Afrika, n’ururirimbo rufise n’isanamu yasohotse uno munsi kw’igenekerezo rya 01 Myandagaro.

Bejp amenyeshako ari isanamu ya mbere yiwe isohotse kiretse iyindi yakoranye n’umurwi hamwe n’abandi baririmvyi yitwa "Burundi" iyo nayo ikaba yasohotse mu mwaka wa 2015.

Yaranakoze kandi ururirimbo yise "N’iki?" rwakunzwe cane rukanamufasha kumenyekana. Bejp arashima intambwe agezeko inyuma y’imyaka mike iheze atanguye kuririmba.

Uwo muririmvyi wo mu murwi Sunrise Music amenyesha kandi ko kuririmba abifata nk’akazi kuko bimutwara umwanya munini n’uburyo bw’amahera.


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.