Accueil > Amakuru > Mu makungu > Chili : Abasenyeri bose b’ishengero katorika bandikiye Papa bamumenyesha ko (...)
Chili : Abasenyeri bose b’ishengero katorika bandikiye Papa bamumenyesha ko batanze imihoho
vendredi 18 mai 2018
Amakuru dukesha urubuga rw’imboneshakure y’abafaransa France 24, amenyesha ko abo basenyeri b’ishengero katorika, batanze imihoho ku kibazo gishingiye ku kurangura amabanga y’abubatse n’abana.
Iyo nkuru y’amakete y’abasenyeri b’ishengero katorika, yemejwe kandi n’ibiro vya Papa Francois I Vatikano.
Ni ibintu bidasanzwe bibaye kuva ishegero katorika ribaho, aho abasenyeri bo mu gihugu cose bandikira Papa, bamumenyesha ko batanze imihoho.
MUGISHA Van Naris
Messages
20 mai 2018, 09:09, par Pasco
Ibara Riraguye Pe !None Numuhero Canke Niki ?
20 mai 2018, 13:19, par Simuzeye Issa
Papa Nabareke Batore Abagore Kuko Nabo Barafise Ubuzima
20 mai 2018, 14:39, par Dezire
None Batanze Imihoho Ari Abasenyeri Bumva Badataye Mukaga Abakristu Babo Bagiye Kuba ingabo Zitagira Umutware (impehensa) Papa Nafate Ingingo !!
20 mai 2018, 15:55, par MPOZENZI Expert
ABO BASENYERI BO MURI CHILI BORABA NEZA NTIBATSINDWE NA SHETANI
21 mai 2018, 12:42, par Aristide Sage
Ni Kubera inkuru itinjiye mumizi ngo tumenye icatumye batanga imihoho. Ubundi Imana izotanga abandi babasubirira.Ekleziya katorika iri mu bibazo kandi izobivamwo. Aba kristu bagume basenga mu kuri no mu kwizera cane cane mu guhindukirira Imana. Ibisigaye ni igikorwa cayo kuko sitwe twayitoye ahubwo niyo ubwayo yatwirondereye.
21 mai 2018, 22:13, par Habonimana Jean De Dieu
Yezu Yavuz Ati Nimwabona Ryashano Ryagacamutima Rishits Murusengero Uwusoma Araheza Abiteger Non Rero Imana Idufash