Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urubanza rwa Diane RWIGARA rwasubiriye kwunguruzwa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Urubanza rwa Diane RWIGARA rwasubiriye kwunguruzwa

Urubanza rwa Diane RWIGARA rwasubiriye kwunguruzwa

vendredi 13 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Adeline RWIGARA yasavye abacamanza ko imbere y’ukuburanishwa yobanza agahabwa dosiye irimwo ivyaha yagirizwa.

Yasavye kandi yohabwa uburenganzira bw’ukugenderwa (Visite) aho mw’ibohero, guhabwa iminota 30 ku munsi y’ukuja hanze gusama akayaga, hamwe n’uko yosubizwa igitabu ciwe ca Bibiriya, n’igitabu kirimwo indirimbo igiporisi cafashe.

Diane Rwigara na Murumuna we basabiwe kuburana batandukanijwe n’umuvyeyi wabo

Sentare yasubiriye kwegeza inyuma urwo rubanza, irushira kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 16 Gitugutu 2017.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.