Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Donald Trump na Emmanuel Macron baritaba ubwa mbere inama ya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Donald Trump na Emmanuel Macron baritaba ubwa mbere inama ya (...)

Donald Trump na Emmanuel Macron baritaba ubwa mbere inama ya G7

vendredi 26 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Iyo nama izakubera i Sicily mu gihugu c’Ubutariyano, ikaba ibaye iya mbere y’uwo muryango wa G7 yitabwe n’umukuru w’igihugu Donald Trump wa Reta zunze ubumwe za Amerika, hamwe na Emmanuel Macron w’Ubufaransa.

Donald Trump yitaba iyo nama inyuma y’ingendo yari amazemwo iminsi hanze y’igihugu arongoye, bompi na Emmanuel Macron bakaba bari bahuriye mu nama ya Otan, bikaba bitegekanijwe bavayo baja mu Butariyano muya G7 nayo.

Muri iyo nama izomara imisi ibiri, abo bakuru b’ibihugu muvyo bazakwigira hamwe, hakaba harimwo ugutsimbataza umutekano mu kugwanya iterabwoba ryugarije ivyo bihugu, inyuma y’aho muri iyi ndwi turimwo, mu gisagara ca Manchester mu gihugu c’Ubwongereza, habaye igitero c’abihevyi cahitanye abantu bagera kuri 22.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.