Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ishirahamwe ACPDH rirasaba leta n’abayiserukira kubahiriza agateka ka zina (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Amabi > Ishirahamwe ACPDH rirasaba leta n’abayiserukira kubahiriza agateka ka zina (...)

Ishirahamwe ACPDH rirasaba leta n’abayiserukira kubahiriza agateka ka zina muntu mu mwaka wa 2017

jeudi 5 Nzero 2017, par Jean De Dieu

Ishirahamwe ACPDH rirasaba leta n’abayiserukira kubahiriza agateka ka zina muntu mu mwaka wa 2017 mu gukurikiza nomu kudahonyanga amategeko yanditse.SAKE Mathieu asaba ko amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike yahagaritswe yorekurwa agasubira gukora ku mugaragaro

Source: Tele renaissance


IGIHE

Messages

  • Ntakubahiriza agateka kwankurunziza, muriko murabona kuruwo mwana wi ngozi asanuwokubahiriza agateka kamuntu!? habanintete, mwibuke kuvakera ingozi ntihariheza! banangayivuza bamwe barya abantu, bamyebararwa ingozi none hariciza cova ingozi cokubahiriza agateka kamuntu!?Jewe ndimvukira yo mukayanza tubaziko vyishi, ingozi ugomba gukira ntiwake indaro kumuhana igihe bukwiriyeko ubupfuye kabisa!,gukira kwawe genda mwihoteri, utagira amahera yokuja mwihoteri, ucawihamba mwishamba urabekobwoca ubone gufata urugendo. Uworero umuntu amubona nkagakoko kogucinca kumusimukuru!!!!!!.

  • Ntakirutimana Joel, duhe izina ry’umunangayivuza w’umunyengozi woba uzi. Mbe ayo macakubiri y’intara azokugeza kuki? Nyen’icubahiro Petero Nkurunziza ntategeka igihugu kuberako ar’umunyengozi, n’ukubera ko ar’umunyakuri gusa, kandi abarundi twaramwishimiye. Wewe, ukind’ugaramye, ukinda wubamye, ukindisha agakomokomo, Pierre Nkurunziza ntuzomukuraho ukoresheje izo nsaku z’abakecuru

  • Yewe yewe FELIX MUHIRE, ngomba nkubwire ntahandi hari banangayivuza atari Ngozi, uzogombe utohoze uburundi bwose ubaza ahari abantu bitwa bananga yivuza barya bantu,bazokubwira ngaho ingozi. Nimba mvuga yuko ngaho ingozi kohariho banagayivuza, nukuri kudapingika, nguhakarorero ngatoya sokuru yarasazwe afise urubanza rwitongo murisentare ingozi, hageze kwataha abona kwamasaha agiye atoshobora gushika muhira muri komine Gatara yafashe iciyumviro yuko yosaba indaro mumihana yi ngozi, ashitse kumuhana yararamukije, mwenurugo aramubaza atugezwa namahoro?, nawe atego, ariko ndondera indaro.mwenurugo ati ntakibazo kuko kitagenda yavyaye ikigenda,mutama ati murakoze, mukanya mwenurugo yamubwiye ati ndindira haraho nkubitiye ndaje, mutamawanje ariwe sokuru yasigaranye ngaho numwuzukuru wuyo nyenurugo. wamwuzukuru abwira sokuru ati unomusi turakurya, sokuru ati murarya abantu? umwana atego, sokuru ati urabesha!, wamwana ati hinge kwereke, yiteramunzu yasekuru yasohokanye ukuboko kumuntu guciriye munkokora!,mutama wanje yaciye ayanyaga ubwonye,uyomusi yaraye mwishamba.Iryo joro ryose baraye baramurondera mumashamba namatoroshi bagiye guheba kumurondera inkoko zitanguye kubika, ariko Imana yaramukingiye ntibigeze bashi aho yariyinyegeje, rero kubwire yuko mvuze kwingozi hari, banangayivuza, samacakubiri yintara arimurijewe,Habaninteteee mvuga ivyabaye. Nayo kuburiko uravuga yuko Nkurunziza Petero bamuhora kwarumuryakuri !? yewe ntakuri kurigera kubamuriwe, kuko ntamuryakuri yemera kwahabaye inganda zitikira!, ahubwo usanga arazwa ishinga nuko umunyagihugu akingiwe muvyiwe nomumuryango. None ncuti nakubwira yuko uyo wizeye, kowizeye ubwira ntibuce, ati kuki? Herode amaze kumva ko Yesu yavutse yafashe ingingo yokwica abana bose babahungu bomwicogihugu.Soma Matayo 2:16 None uwo wizeye niwe Herode, kuko ntabonana nicitwa umwana wumusore, uwobihuye nugucisha kubuhomba. Kubwire naho yica,nawe azopfa barya yishe bazomubaza ico yabahoye kandi ntazoronka inyishu yishura.

  • Nimumufashe Kuko Imana Iba Mubantu Kuko Abavyeyi Nkabo Babaho

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.