Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 15 Nyakanga
Itarike 15 Nyakanga
mercredi 14 Kigarama 2016
Igenekerezo rya 15 Nyakanga.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1590: Haba itorwa rya papa Urbain w’7.
1821: Haba ukwiukira kw’ibihugu bikurikira: Costa Rica, Guatemala, Salvador, Honduras hamwe na Nicaragua.
1949: Konrad Adenauer, aba umushikiranganji wa mbere w’Ubudagi.
- Konrad Adenauer
1963: Ahmed Ben Bella aba umukuru w’igihugu ca Algérie.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1613: François de La Rochefoucald, umwanditsi w’umufaransa.
1830: Porfirio Díaz, umukuru w’igihugu ca Mexique.
1857: William Howard Taft, uwabaye umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira 27.
- William Howard Taft
1881: Ettore Bugatti, umurwizatunga muvyo amahinguriro w’umutariyano.
1890 : Agatha Christie, umwanditsi w’umwongereza.
- Agatha Christie
1841: Viktor Zoubkov, umukuru w’igihugu c’Uburusiya.
1977: Chimamanda Ngozi Adichie, umugore w’umwanditsi akomoka muro Nigéria.
1987: Aly Cissokho, umukinyi w’umupira w’umufaransa.
- Aly Cissokho
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1973: Gustave wa 6 Adolpe, umwami wa Swede.
1989: Robert Penn Warren, umwanditsi w’umunyamerika.
- Robert Penn Warren
2007: Colin McRae, umuderva w’imodokari z’amahiganwa akomoka muri Ecosse.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe demokarasi.
. Umunsi muzamakungu wahariwe ukwidegemvya mu kwiga.
. Costa Rica, Guatemaka, Honduras Nicaragua, Salvador: Umunsi wo kwibuka ukwikukira kwivyo bihugu. Aho vyiganzura igihugu ca Espagne.
INGABIRE Luc-Noël
Messages
15 Nyakanga 2015, 18:10, par Festus sirabahenda
Eh ndaryohw cane murakoz kuja muduha amakuru meza nka benaya