IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Diaspora > Japhet Legentil:”Akari mu mpene niko kari no mu ntama”

Japhet Legentil:”Akari mu mpene niko kari no mu ntama”

Wednesday 25 July 2018, by vianney

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru ejo ku wa kabiri ku musi hugururwa indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga,Japhet Legentil yavuze ko akari mu mpene ariko kari no mu ntama kandi imirwi itumva kimwe ivyiyumviro uyisanga hose,kubwiwe ikiza imbere aruko aho zina murundi ari yokorera igihugu camwibarutse kuko intererano yabo ari ntangere.

Japhet Legentil yasavye abarundi baba mu mahanga batashoboye gushika mu Burundi muriyi ndwi yabahariwe kuza kugendera igihugu cabo.


IGIHE

Forum posts

  • Reka sha reka, wibaza yuko ari wewe Murundi ukunda igihugu cawe kurusha abandi? Ndazi neza ko hari Abarundi benshi bakunda Uburundi mugabo batazi ivyo iryo shirahamwe ryawe rikora

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.