IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Plata Platini > Plata Platini araririmba "Ikiyovyabwenge" akunda kuruta ibindi

Plata Platini araririmba "Ikiyovyabwenge" akunda kuruta ibindi

mercredi 12 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu kiganiro yagiranye n’ikinyamakuru IGIHE, umuririmvyi Plata Platini yavuze ko benshi biyumvira ko yaririmvye urumogi canke inzoga zikaze. Umuzi w’ubutumwa yatanze muri urwo ruririmbo ushingiye ku rukundo, nk’uko uwo muririmvyi avyemeza. Ntashima kuvuga izina ry’uwo mukunzi wiwe ariko aremeza ko amushika ku mutima, ko amumara inyota, maze akaborerwa urukundo.

Ururirimbo "Ikiyayuramutwe" ruri mu rukurikirane rw’indirimbo yise "La différence est Jolie", rukaba rwakozwe n’abahinyayuzi benshi harimwo uwitwa Boubed.


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.