Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Inkuru > Bimwe mu binyegezwa vy’imodoka ya SatB vyamenyekanye
Bimwe mu binyegezwa vy’imodoka ya SatB vyamenyekanye
vendredi 20 Ntwarante 2015
Ibanga rinyegejwe mw’itangwa ry’imodoka ya SatB yahawe n’ishirahamwe Ikoh Multiservice ririko risambuka. Iyo modoka bimaze kumenyekana ko atari nshasha ahubwo bamuhaye iyo bahora bakoresha.
Ibibazo bimwe bimwe ku bijanye n’imodoka Satb yahawe na Iko Multiservice biriko biraronka inyishu naho vyari vyagizwe ibanga. Iyo modoka ifise inomero z’iyiranga (Plaque d’Immatriculation) zisa n’iz’imodoka yahora ikoreshwa cane aho muri Ikoh. Ico gihe yakoreshwa yari yanditseko ivyandiko bivuga ishirahamwe rya Ikoh Multiservice.
Iyo modoka ya SatB yambaye amapine yahora kuri imwe ya Ikoh turiko turabwira. Raba aha munsi, usanga imodoka yahawe Satb atari nshasha mu gihe umurongozi wa Ikoh Multiservice DOUCE DJUMAPILI yanse gutanga umuco kuri iyo modoka, akishura ko ari ibanga riri mumasezerano ya Ikoh na Satb.
Cherif Nkeshimana
Messages
21 Ntwarante 2015, 20:28, par ###
Jew ndavye akahise kuyo Sat-b naho ageze ubu niyo modoka bamuhay jew mbona koo yatey imbere cane ahubwo iyo Ikoh irakwiy gushigikirwa na leta kuko irateza imbere umuzi wuburundi kubona ihereza umuririvyi wumurundi imodoka kandi canjo amissi yapfuy nigituntu kubera kubura nuwo muha ikinini kimwe ni midari yazaniy igihugu.
21 Ntwarante 2015, 21:06, par Twikebuke
Namwe harigihe mubura ivyo mwandika!!! Ko Imodoka ya Sat-B yoba Atari nshasha canke boba bamuhaye ikinga ishaje canke I moto itagira amapine ngaho mwumva ingorane irihe? Ni Sat-B yaje kubitwarako? Murakemesha vraiment. Mutuma ikinyamakuru canyu gita akanovera mukuduha inkuru izarizo zose, ejo muzotubwira ngo Sat-B yariye ibiharage asanga birazigiye. Ca c’est du n’importe quoi!
22 Ntwarante 2015, 01:29, par Nuwera
None mubona vyiza yokoriki? Jewe nagiratwarikurindira nyenevyo icabivugako?
22 Ntwarante 2015, 11:02, par #####
Jewe narababwiye uyu mumenyesha makuru yitwa Cherif afise akaranga atari ak’abarundi, mugabo n’ubu sindabizi mugabo ico mbona coco ni umuntu amakuru yiwe ari INSAKU gusa ahandi naho ngira ni ama publicite ya shetani sinziko ariwe bakorana, mu majambo make ivyo yandika si amakuru ni ibindi bintu bitaratorerwa izina ngirango ryobanza gushakwashakwa mu bahinga.
Ariko nk’iyi nkuru ivuga iki? Aho ikinyegezwa unyeguruye ni ikihe? Jewe nari narahevye gusoma inkuru ziwe ariko nagira nti ngirango yaratoye ko yoba ari imodoka irimwo ibintu vy’amanyanga qui peuvent nuire aux burundais ou vy’ubusuma,....Mais, encore, c’est une deception! Imodoka kuba yahora ikoreshwa n’ingorane? Imodoka idafise amapine mashasha, ingorane irihehe? Niyo yonyene itafise amapine mashasha? Kuba yayihawe na Ikoh niba atangorane zindi zihari, problemes zirihe? Umuhinga, peut-etre, un psychologue nahonyene yoba atahura la maniere de penser de ce journalise yodufasha gutahura, sinon ntamuntu yotahura ivyiwe.
Merci
22 Ntwarante 2015, 11:59, par RUPANDE
Ivyo nne mwe ninde yabibabajije aho mwibaraguza? Erega ikinyamakuru sico kuvugirako ivyarivyo vyose nugutanga inkuru ifis ico imarira umusomyi!
22 Ntwarante 2015, 19:41, par Zahuna
Je m’excuse,nashaka mutubwire ibinyegezwa biri muri iyo modoka kuko gushika ubu sindumva ingorane aho iri,sinon nohava ndabita ba bankuwunguka
23 Ntwarante 2015, 07:49, par claire
insaku.com, none ngaho muvuzE iki???? ZA MUREKA GUTESHA ABANTU UMWANYA, iyi nkuri ni non sens.
12 Ruheshi 2015, 19:20, par Pacifiqueniyonkuru
Kubwanj mbona ari akagay!canke babonye k atoshobora kwigurira imodoka?baramusuzuguy kabisa!
16 Ruheshi 2015, 18:05, par Abel
Non k umeng bibaraj ishinga can mushak ik?erg ntiybakwir.kand ibitababaj padiri ntbibabaz umukorezi!!
19 Myandagaro 2015, 00:49, par baptiste
nibzak iba nshasha cnke irka ighambay nuko byimuhye com ari umu star akmey kndi dkunda Sat-b komra mutma
18 Munyonyo 2015, 20:13, par new best
sat b lets them say mbeko bavuga ngoimodokayarakoze uwomujournalist ntagendakukazinamaguru
23 Kigarama 2015, 23:44, par jafari omari jay f
sat b ntiyishinge iryoshirahanwe nabandanyekwikorana
25 Ndamukiza 2016, 21:04, par DUSABE OVER
IYO MODOKA NAHO MUVUGA KO ATARI NSHASHA NINZIZA KANDI USHOBORA GUSANGA ARI MYUZI
21 Rusama 2016, 20:01, par ALING
iyomodoka sa t b.niyo yaguze?cake niyobamugabiye sat b turamwemera
22 Rusama 2016, 13:48, par DAVID
NONE SAT-B AFISE IMODOKA ZINGAHE,NTANIMWE ARINSHASHA MUZAFISE?
1er Ruheshi 2016, 14:09, par Sat B
None Jew Shaka Kumenya Sat B Aho Aba
30 Ruheshi 2016, 07:38, par Ndayishimiye
Nukuri Jewe Sat B Ndamukunda Ahubwo Nabandabanye Atera Imbere Ashigikira Umuziki.
30 Ruheshi 2016, 07:39, par Ndayishimiye
Nukuri Jewe Sat B Ndamukunda Ahubwo Nabandabanye Atera Imbere Ashigikira Umuziki.
9 Mukakaro 2016, 06:19, par MANIGABA DÉZIRÉ
NONE BOBA BAYIMUHAYE KURIGUSA
7 Myandagaro 2016, 00:00, par kwizera jados
nibazako ivyobivugwa atawubizi kiretse sat b avyivugiye.
31 Myandagaro 2016, 17:56, par Neuphtalie Niyukuri
Sat_b big up sana kwakupea gali,yaani usiasikilize watu wanasema mengi,mimi niko nyuma yako tena nyimbo zako zivume pote.
3 Nyakanga 2016, 14:48, par Moïse
Stb Bayiguhaye Babona Ko ushoboy!!Ntaband Badafis Nikinga.Weho Urafise Uyomuduga
30 Nyakanga 2016, 08:02, par bayubahe alexis
nivyukuri arafis igal? nibamusuzumire neza kugira bire kumurong
25 Gitugutu 2016, 19:31
willy
27 Gitugutu 2016, 20:21, par aimable
kubanje sat-b ivyovyosebavuga barabeshanabasibivyo agemwo
2 Kigarama 2016, 20:20, par Theodor Kimana
Sat B Ahubwo Na Bandanye Aterimbere Kuko Nanje Mbanteye Imbere Kubera Ndumufana Wiwe
4 Kigarama 2016, 14:52, par INOSOPOS
Non Ivyo Bavug Nivyukuri? Ko Meny Stb Arumurivyi MWiz Nibamurek Azitungir.
4 Nzero 2017, 20:03, par niyonkuru, chadrack’
abonabamwunvira
inzigo, bagombakumutesha,
agaciro, arikontibizokunda,
21 Nzero 2017, 23:57, par Wadelo Irakoze
Bashobora Kub Ara Ba Mwanka Bamureke Yivumire
11 Ntwarante 2017, 08:30, par Mista Majok
Iyo Modoka Vyukuri Irashaje Bikomeye Isigaye Kwi Hauzing Kuko N,iMotel Yayo Bayikuye Kuyindi Modoka Ya Rama
19 Ntwarante 2017, 10:35, par NSABIMANA Alexandre
SAT B ndamushima nabandanye aterimbere ikoh multiservice yarabonye ko umuririmvyi amenyekanye nkakurya yobandanya agenda namaguru.big up SATURA.
23 Ntwarante 2017, 10:35, par irutingabo izirayeri
kuvyukuri jenayibonye ndatangara cane guko imoteri yavuye kuyindi modoka yiswe rama nomukugira yake barinda kuyisuguma nisone yayo ntivuga neza mugukubita rivase barayisuguma?
23 Ntwarante 2017, 10:36, par irutingabo izirayeri
kuvyukuri jenayibonye ndatangara cane guko imoteri yavuye kuyindi modoka yiswe rama nomukugira yake barinda kuyisuguma nisone yayo ntivuga neza mugukubita rivase barayisuguma?
26 Ntwarante 2017, 20:04, par rukundorwimana pacis
sat-b nakubari sat-b nukur iyomodoka yawe uzurayibik murupang nahand boyib kuk bayiyumvir aribesh sat-b rekan nabo babono
26 Ntwarante 2017, 21:08, par Pacy Nana Love
Sat_b We Big Up Ab Basutwa Nab Bariyahura Endelea Sasa Kutufurahisha Sisi Washabk Wak Waaaa!!!
6 Ndamukiza 2017, 09:05, par don jaflay
ubu sat b yarabsubije iyo modoka,arik ubu ni umu to much.kuk afise iyo yaguz yiw,king of empire,,,kanda bouton shaaa
16 Ndamukiza 2017, 20:01, par satb
Amakuruyiyomodoka Yasatb
15 Rusama 2017, 19:21, par ERIC
Mbe,sat b arimuburund?
17 Rusama 2017, 21:35, par Satb
Indirimboyiwe
21 Rusama 2017, 22:50, par Wangozi
Nimuyimwake Ntabindi Bisoro.
22 Rusama 2017, 19:49, par Bimenyimana Claver
Ahubwo Baramugaye Umusani Nkuwo Twemera Bakamuha Ivyakoz Akakira Araduhemukiye Kweri%
3 Ruheshi 2017, 12:02, par nindaba
abo nibabanka uwunguka niyiwe bwite ntanumwe banayisangiye sat-b- nibamuveko ndi busoni kirundo
30 Mukakaro 2017, 12:31, par GEDEON
kub Umuririmvy wac yahaw imodok yakoz ivyontivyobar,ukugayan gukabij?
3 Myandagaro 2017, 22:19, par niyonsaba kamoter
ivy nivyiz kubon yaros imodok nibint bimunezerez can hamw natw abafanz biw kand nah yakoz ntiyar kuyigay ng nuk yakoz kuk kirazir kugayir umugab ataris kaod nah iy ayigay yari kub yerekany yuk atander afis sat-b gum kumurong wang ntabund buhing mutm wanj
6 Nzero 2018, 22:09, par Benjamin gift
sat,b nibakurek ako nagashiruka but!!
8 Ruheshi 2018, 07:31, par Nduwimana Gordien
Sat_be Ndamukunda Araririmba Indirimbo Zitandukanye Kaziziryosh Izugukeburabandi Izurukundonazoziramara,mbega?Sat_be Ntiboraba Bakamwongerimodoka Vraiment?Ibikorwa Amazegukorerigihugunivyinshicane Sat_be Nibarabebamuh Nshasha
16 Ruheshi 2018, 22:06, par ELOGE
ivya darlene nasat-b ntimuvyinjiremw kand harigh bizimana aboubakal afitaniy amaszeran na ikoh ntavyo mwomeny
27 Nyakanga 2018, 14:44, par niyukuri athanazi
nibamuhe iyomodoka nshasha kuko yara yikoreye iyo ishaje niba yigumye kuko boba bamukengeye nawe ari igihangange.
18 Gitugutu 2018, 16:43, par dj mey-b buja
Sha mwibuke kwabarenzeho dj mey-b buja
18 Munyonyo 2018, 08:38, par NITWA EGIDE NAGURERWIWE KUKO INOTI ARINAYE
NVUKAKAYANZ