Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Desire Nziza yasohoye Album yiwe nshasha - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Nziza Desire > inkuru > Desire Nziza yasohoye Album yiwe nshasha

Desire Nziza yasohoye Album yiwe nshasha

mardi 5 Ruhuhuma 2013

Umuririmyi Desire Nziza, muri iki gihe asigaye aba mu gisagara ca Dallas, mu ntara ya Texas, muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Desire Nziza aherutse gusohora Album yiwe nshasha yitwa, “UN”.

Nkuko Yaraye abimenyesheje igihe yaganira n’Ijwi rya Amerika, aho yavuze ko afise imigambi yoguteza imbere umuziki uko ashoboye kwose.


Fidele Niyongabo, VOA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.