Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Dj Kolly na Kook K basohoye ururirimbo rwuzuye amajambo y’urukundo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Kook-k > Indirimbo > Dj Kolly na Kook K basohoye ururirimbo rwuzuye amajambo y’urukundo

Dj Kolly na Kook K basohoye ururirimbo rwuzuye amajambo y’urukundo

lundi 13 Ndamukiza 2015

Abahinyanyuzi-baririmvyi Kook k na DJ Kolly bashize ku mugaragaro ururirimbo bakoranye bise "Mu Nzozi". Bati:" Igituma mvuga menshi n’uko uza kenshi mu nzozi".

Dj Kolly na Kook K mu ruririmbo "Mu Nzozi"

"Uri igituma mvuga menshi, ikibituma n’uko uza kenshi mu nzozi, izina ryawe ni ryo rigaruka mu nzozi".

Umviriza ururirimbo "Mu Nzozi" rwa Kook k na Dj Kolly


Cherif Nkeshimana

Messages

  • Abaririmvyi bari aba kera nka ba canjo hamissi na ba nova,... Ubu uwariwewese uza wumva ngo j ndi umuririmvyi akomey agatumako abantu agasimbira kuri scene ukamubona ataragurika aduza ipantaro mu bihimba vyirondoka yibaza ngo baca baryoherwa,avuga ibijambo vide d,idees. Murabaza baba rasta b,i gitega barya barivugiriza kandi amajambo yabo afis substance.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.