Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Isanamu nshasha ya Patient Matabaro na R Flow isukuye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Patient Matabaro > Amasanamu > Isanamu nshasha ya Patient Matabaro na R Flow isukuye

Isanamu nshasha ya Patient Matabaro na R Flow isukuye

mercredi 3 Nyakanga 2014

Patient Matabaro na R Flow bashize ahabona isanamu y’ururirimbo "Changu ni Changu". Yakozwe n’umuhinyanyuzi abishoboye Black Arthur akorera muri "Akaga Videoz".

JPEG - 69.4 ko
R Flow na Patient Matabaro

Tubibutse ko Matabaro yatsindiye Primusic umwaka w’i 2013 agatwara imiriyoni 15.000.000 z’amarundi, yaraye akwirikiwe na Christian muri Primusic 2014 nawe yatwaye imiriyoni 20.000.000.

Raba aha munsi isanamu isikuye ya "changu ni changu"


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.