Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 1 Kigarama
Itarike 1 Kigarama
dimanche 1er Kigarama 2013
Igenekerezo rya 30 Munyonyo ni umunsi ugira 334 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 31 kugira umwaka w’2013 urangire.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1825: Nicolas wa 1, umwami w’Uburusiya arimikwa.
- Nicolas wa 1
1990: Hissène Habré, umukuru w’igihugu arahunga asiga ubutegetsi mu minwe ry’umurwanyi Idriss Déby.
- Hissène Habré
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1973: David Ben Gourion, uwabaye umukuru w’igihugu wa mbere wa Israël.
- David Ben Gourion
1986: Lee Dorsey, umuririmvyi w’umunyamerika.
1987: James Baldwin, umwanditsi w’umunyamerika.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ukurwanya ikiza ruhonyanganda SIDA.
. Roumanie na Repubrika Centrafricaine: Umunsi mukuru w’igihugu.
INGABIRE Luc-Noël