Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 1 Ndamukiza
Itarike 1 Ndamukiza
mercredi 2 Ndamukiza 2014
Igenekerezo rya 2 Ntwarante ni umunsi wa 93 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 273 ngo urangire.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
742: Charlemagne, umwami akomeye yatwaye mu Burengero bw’umugabane w’Uburaya.
1840: Emile Zola, umwanditsi w’umufaransa.
- Emile Zola
1841: Clément Ader, umufaransa w’umuhinga mu gukora indege.
1939: Marvin Gaye, umuririmvyi w’umunyamerika.
- Marvin Gaye
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1966: C.S Forester, umwanditsi w’umwongereza.
1974: Georges Pompidou, umukuru w’igihugu w’Ubufaransa.
- Georges Pompidou
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu w’ihimirizwa ku bijanye n’ingwara yo mu mutwe bita “autisme”.
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ibitabo ku bana.
INGABIRE Luc-Noël