Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 10 Nzero
Itarike 10 Nzero
vendredi 10 Nzero 2014
Igenekerezo rya 10 Nzero ni umunsi wa 10 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 355 ngo urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1920: Hatorwa amategeko yiswe Traité de Versailles.
1997: Arnoldo Alemán aba umukuru w’igihugu ca Nicaragua.
- Arnoldo Alemán
1929: Inyigisho zo mu mashuri y’isumbuye mu gihugu c’Ubufaransa zitangura gutangwa ku buntu.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1729: Lazzaro Spallanzani, umutariyano w’umuhinga muri Biologie.
1932: Umuganwa Rudoviko Rwagasore, yarondereye intahe yo kwikukira Uburundi. Ni umwana w’umwami Mwambutsa na Kanyonga.
- Umuganwa Rudoviko Rwagasore
1950: Sapho, umuririmvyi w’umufaransa.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1971: Coco Chanel, umufaransa w’umuhinga muvyerekeye inyambaro zo gushaza.
- Coco Chanel
2007: Carlo Ponti, umuhinyanyuzi w’amareresi akomoka mu Butariyano.
2010: Mano Solo, umuririmvyi w’umufaransa.
2013: Claude Nobs, uwatanguje Isabukuru ry’umudiho wa Jazz ry’i Montreux
INGABIRE Luc-Noël