Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 11 Munyonyo
Itarike 11 Munyonyo
vendredi 11 Munyonyo 2016
Igenekerezo rya 11 Munyonyo.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1889: Washington iba Leta igira iya 42 igize Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1918: Hashirwako amasezerano yo guhagarika indwano ya mbere y’isi yose.
1919: Hatangura ubwa mbere, umugirwa “umunuta w’agacerere” mu kwibuka ababa bitavyimana. Bikaba vyatanguye bariko bibuka abaguye mu ntambara ya mbere y’isi yose.
1944: Winston Churchill akurikirana defire y’iabasirikare impande ya Général de Gaulle kw’ibarabara Champs-Élysées.
- Winston Churchill
1975: Igihugu ca Angola kirikukira.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1821: Fiodor Dostoïevski, umwanditsi w’umurusiya.
- Fiodor Dostoïevski
1869: Victor-Emmanuel wa 3, umwami w’Ubutariyano.
1974: Leonardo DiCaprio, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
- Leonardo DiCaprio
1981: Guillaume Luxembourg, umuganwa wo muri Luxembourg.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1995: Jean-Louis Curtus, umwanditsi w’umufaransa. Yaranasoboye kuja mu rwego rushinzwe kuryohora ururimi rw’igifaransa.
2002: Raphaël Onana, umwanditsi akomoka muri Cameroun.
2004: Yasser Arafat, umukuru wa Leta ya Palestina.
- Yasser Arafat
Ibihimbazwa
. Angola: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.
. Pologne: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.
. Ububirigi: Umunsi wahariwe abakenyezi.
INGABIRE Luc-Noël