Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 11 Myandagaro
Itarike 11 Myandagaro
vendredi 11 Myandagaro 2017
Igenekerezorya 11 Myandagaro
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1297: Louis w’9 ashirwa mu murwi w’aberanda.
- Louis w’9
1492: Papa Alexandre wa 6 aratorwa.
1792: Danton aba umushikiranganji w’ubutungane mu Bufaransa.
1825: Simón Bolivar aba umukuruw’igihugucaBolivie.
- Simón Bolivar
1952: Hussein aba umwami wa Jordanie.
1960: Igihugu ca Tchad kirikukira.
Uwuzwi cane yavutsekw’igenekerezo nkiri
1921: Alex Haley, umwanditsi w’umwirabure w’umunyamerika. Izina ryiwe ry’ukuri rikaba ari Alexander Murray Palmer Haley. Mu bitabo bizwi cane yanditse akaba ari ukivyga ubuzima bwa Malcom X hamw n’icitwa Racines. Iki ca nyuma kikaba cahavuye kivamwo n’ireresi izwi cane kw’isi.
- Alex Haley
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1253: Claire d’Assise,uwihebeye Imana w’umutariyano yatanguje umuryango w’abihebeye Imana w’abaclarisses.
1973: Karl Ziegler, umuhinga muri chimie w’umudagi yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri chimie mu 1963.
- Karl Ziegler
2005: James Booth, umukinyi akaban’umwanditsi w’amareresi akomoka mu Bwongereza.
Ibihimbazwa
Tchad: Umunsi mukuru wo kwibika intahe yo kwikukira.
INGABIRE Luc-Noël