Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 11 Ruhuhuma
Itarike 11 Ruhuhuma
jeudi 11 Ruhuhuma 2016
Igenekerezo rya 11 Ruhuhuma.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1945: Hasozerwa ry’inama y’i Yalta.
1975: Richard Rastimandrava, umukuru w’igihugu ca Madagascar aragandagurwa.
1977: Mengistu Haile Mariam afata ubutegetsi muri Ethiopie.
- Mengistu Haile Mariam
1990: Nelson Mandela arakurwa mu munyororo.
- Nelson Mandela
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1847: Thomas Edison, umuhinga w’umunyamerika.
1920: Farouk wa 1, umwami wa Misiri.
1969: Jennifer Aniston, umikinyi w’amareresi w’umunyamerika.
- Jennifer Aniston
1972: Steve McManaman, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umwongereza.
- Steve McManaman
1979: Brandy, umuririmvyikazi akaba n’umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
- Brandy
1981: Sonia Rolland, umukinyi w’amareresi w’umufaransa. Yabanye na Miss France mu mwaka 2000.
- Sonia Rolland
1981: Kelly Rowland, umuririmvyikazi w’umunyamerika.
- Kelly Rowland
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1650: René Descartes, umufaransa w’umuhinga muri philosophie no mu biharuro.
1868 : Léon Foucault, umufaransa w’umuhinga muri physique.
2012: Whitney Houston, umuririmvyikazi akaba n’umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
- Whitney Houston
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu w’abarwaye.
. Cameroun: Umunsi wahariwe urwaruka.
INGABIRE Luc-Noël