IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 12 Kigarama

Itarike 12 Kigarama

mercredi 6 Kigarama 2017

Igenekerezo rya 12 Kigarama .

Abazwi cane bavutse kwigenekerezo nkiri

1775: William Henry, umwongereza w’umuhinga muri physique.

JPEG - 8.7 ko
William Henry

1821: Gustave Flaubert, umwanditsi w’umufaransa.
1933: Manu Dibango, umucuraranzi akaba n’umunririmvyi akomoka muri Cameroun.
1945: Patrice Duhamel, umumenyashamakuru w’umufaransa.
1949: Marc Ravalomanana, uwabaye umukuru w’igihugu ca Madagascar.

JPEG - 44 ko
Marc Ravalomanana

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo

1913 : Ménélik wa 2, uwabaye umwami wa Ethiopiya kuva 1889.
2000: George Montgomery, umukinyi akaba n’umuhinyanyuzo w’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 270.5 ko
George Montgomery

2007: Ike Turner, umucuraranzi w’umunyamerika.

Ibihimbazwa

. Kenya : Umunsi mukuru w’igihugu aho hibukwa imyaka 50 iheze ico gihugu cikukiye.


INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.