Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 12 Ntwarante
Itarike 12 Ntwarante
samedi 12 Ntwarante 2016
Igenekerezo rya 12 Ntwarante .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1799: Autriche yasavye intambara igihugu ca France
1812: Ikinyamugigima gikomeye casambuye umurwa mukuru wa Venezuela, Caracas
1888: Umuyaga mwinshi wahitanye abantu barenga 400 mu gihugu c’Amerika
1968: Igihugu ca Ile Maurice caronse ukwikukira
1988: Habaye imisunikano mu kibuga c’umupira w’amaguru ihitana abantu barenga 90 mu gihugu ca Nepal
1894: Igurishwa ubwa mbere ry’ikinyobwa Coca Cola muri Amerika
2008: Habaye umunsi wa mbere mpuzamakungu wahariwe ubwigenge bwo kutaniganwa ijambo biciye ku ngurukana bumenyi internet
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1963: Julia Campbell, umukinyi w’amaresi w’umunyamerika
1977: Camille Anderson, umukinyi w’amareresi akongera akaba umunyamuderi
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1925: Sun yat-Sen, yabaye umukuru w’igihugu wa mbere wa Repuburika ya Chine
2003: Fast Howard, umwanditsi w’umunyamerika
Ibihimbazwa
Chine na Taiwan, Umunsi wahariwe igiti
Zambie, Umunsi wahariwe urwaruka