Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 13 Ntwarante
Itarike 13 Ntwarante
lundi 12 Ntwarante 2018
Igenekerezo rya 13 Ntwarante.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
2002: Hatangazwa ko Robert Mugabe ariwe yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu.
- Robert Mugabe
2013: Hatorwa umu papa mushasha, François. Izina ryiwe ry’ukuri rikaba ari Jorge Mario Bergoglio.
- Papa François
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1957: Jean-Yves Lafesse, umufaransa akina ibikino vyo gutwenza.
1981: Grace Kwambuka Monanyi, umunonotsi w’umunya Kenya.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1871: Charles Hugo, umuhungu wa Victor Hugo.
1903: Benjamin Harrison, uwabaye umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira 23.
- Benjamin Harrison
2009: William Davidson, umurwizatunga w’umunyamerika.
Ibihimbazwa
. Tuniziya: Umunsi mpuzamakungu wo gufatana mu nda n’abanyoror.
. Afrika: Umunsi wahariwe umuhari w’aba scout muri Afrika.
INGABIRE Luc-Noël