Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 13 Ruhenshi
Itarike 13 Ruhenshi
lundi 13 Ruheshi 2016
Igenekerezo rya 13 Ruhenshi.
Ibikuru bikuru vyabaye kw’igenekerezo nkiri
1985: Hashirwako igikumu ku masezerano ya Schengen.
2007: Mahmoud Abbas akombora Reta ihurikiyemwo bose irongowe n’umuhari wa Hamas. Intureka zice ziraduka hagati ya Hamas na Fatan.
2013: Hassan Rohani atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Irani.
- Hassan Rohani
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1928: Che Guevara, imboneza mw’ihinduka akomoka muri Agrentine.
1972: Moutsapha Sonko, umukinyi wa basketball w’umufaransa.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1920: Max Weber, umuhinga muvyo imibano. Akaba akomoka mu Budagi.
- Max Weber
2007: Marcel-Jacques Dubois, uwihebeyimana w’umufaransa.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ugutanga amaraso.
. USA: Umunsi wahariwe ibendera.
. Malawi: Umunsi wo kwibohoza.
INGABIRE Luc-Noël