IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 14 Munyonyo

Itarike 14 Munyonyo

jeudi 14 Munyonyo 2013

Igenekerezo rya 14 Munyonyo ni umunsi ugira 318 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 47 kugira umwaka w’2013 urangire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1650: Guillaume wa 3 d’Orange-Nassau, umwami w’Ubwongereza.
1889: Jawaharlal Nehru, umushikiranganji wa mbere w’Ubuhindi.

JPEG - 6.6 ko
Jawaharlal Nehru

1896: Mamie Eisenhower, umugore w’uwabaye umukuru w’igihugu wa Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1922: Boutros Boutros Ghali, umunyamisiri yabaye umunyamabanga mukuru wa ONU.

JPEG - 7.2 ko
Boutros Boutros Ghali

1935: Hussein, umwami wa Jordanie kuva 1952 gushika 1999.
1943: Peter Norton, umuhinga muvya informatique akaba n’uwikorera utwiwe w’umunyamerika.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1831: Georg Wilhelm Friedrich Hegel, umu philosophe akomoka i Wurtemberg.
1951: Booker T. Washington, umushakashatsi akaba un’umwigisha hamwe n’umukinyi w’ivyese w’umunyamerika.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ukurwanya indwara y’igisukari(diabète).
. Colombie: Umunsi wahariwe umukenyezi w’umunyakorombiya.
. Mu Buhindi: Umunsi wahariwe abana.


INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.