IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 14 Ntwarante

Itarike 14 Ntwarante

mardi 14 Ntwarante 2017

Igenekerezo rya 14 Ntwarante.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1907: Theodore Roosevelt, umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika yirukana abakozi b’abayapani ku mugabane wa Amerika.

JPEG - 31.2 ko
Theodore Roosevelt

1964: I Dallas, Jack Ruby, uwagandaguye Lee Harvey Oswald acirwa urubanza rwo kunyongwa ku ntebe irimwo umuyagankuba. Lee Harvey Oswald nwe akaba ari uwagandaguwe John F. Kennedy.
1990: Mikhaïl Gorbatchev atorwa n’inama nshingamateka kugira abe umukuru w’igihugu.

JPEG - 376.6 ko
Mikhaïl Gorbatchev

2004: Vladimir Poutine atorwa ubwa kabiri mu mabanga y’umukuru w’igihugu ku majwi 71 kw’100.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1879: Albert Einstein, imvukira yo mu Budagi, akaba ari umushakashatsi w’umuhinga yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri physique mu 1921.

JPEG - 592.7 ko
Albert Einstein

1975: Abd al Malik, umuririmvyi w’umufaransa agira umudiho wa rap na slam.

JPEG - 48.1 ko
Abd al Malik

1983: Vitaa, umuririmvyikazi w’umufaransa.

PNG - 395.8 ko
Vitaa

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

2009: Odette Bongo, umutambukanyi w’uwabaye umukuru w’igihugu ca Gabon, Omar Bongo.
2010: Peter Graves, umunyamerika w’umukinyi akaba n’umuhinyanyuzi w’amareresi. Yakinye mw’ireresi izwi cane yitwa “Mission Impossible”.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.