IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 14 Nzero

Itarike 14 Nzero

mercredi 14 Ruhuhuma 2018

Igenekerezo rya 14 Nzero.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1953: Tito aba umukuru w’igihugu ca Yougoslavie.
1980: Indira Gandhi atorwa kuba umushikiranganji wa mbere w’Ubuhindi.
2011: Umukuru w’igihugu ca Tuniziya, Ben Ali, arahunga inyuma y’ukwezi hari imigumuko muri Tuniziya.

JPEG - 12.3 ko
Ben Ali

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1968: LL Cool J., umuririmvyi w’umunyamerika.

JPEG - 77.2 ko
LL Cool J

1970: Fabien Fisichella, umudereva w’imiduga y’amahiganwa akomoka mu Butariyano.
1979: Soprano, umuririmvyi w’umufaransa.

JPEG - 45 ko
Soprano

1982: Victor Valdès, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Espagne.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.