IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 15 Gitugutu

Itarike 15 Gitugutu

mardi 15 Gitugutu 2013

Igenekerezo rya 15 Gitugutu ni umunsi ugira 288 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 77 kugira umwaka w’2013 urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1894: Alfred Dreyfus arahagarikwa.
1970: Anouar el-Sadate aba umukuru w’igihugu ca Misiri.

JPEG - 8.6 ko
Anouar el-Sadate

1987: Muri Bukina Faso haba ihirikwa ry’ubutegetsi.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1608: Evangelista Torricelli, umuhinga muri physique no mu biharuro akomoka mu Butariyano.
1844: Friedrich Nietzsche, umudagi w’umuhinga muri philosophie.

JPEG - 6.2 ko
Friedrich Nietzsche

1852: Gonnohyoe Yamamoto, umunyapolitike w’umuyapani.
1926: Michel Foucault, umufaransa w’umuhinga muri philosophie.
1953: Tito Jackson, umuririmvyi w’umunyamerika. Umwe mubari bagize umurwiThe Jackson Five. Umurwi warimwo Michael Jackson.
1968: Didier Deschamps, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa. Yaranabaye umumenyereza ndetse n’ubu akaba arivyo akoramwo.

JPEG - 6.8 ko
Didier Deschamps

1971: Andy Cole, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka mu Bwongereza.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1934: Raymond Poincaré, uwabaye umkuru w’wigihugu c’Ubufaransa.

JPEG - 22.4 ko
Raymond Poincaré

1969: Abdirashid Ali Shermarke, umukuru w’igihugu ca Somariya.
1987: Thomas Sankara, umukuru w’igihugu ca Burkina Faso.

JPEG - 8 ko
Thomas Sankara

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ugukaraba iminwe.
. Umunsi mpozamakungu wahariwe umukenezi aba mu mitumba.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.