IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 15 Ruhuhuma

Itarike 15 Ruhuhuma

vendredi 16 Ruhuhuma 2018

Igenekerezo rya 15 Ruhuhuma .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1894: Ubufaransa n’Ubudagi bushira igikumu ku masezerano ashinga urubibe hagati y’ibihugu vya Congo na Cameroun. Aho hakaba hari mu gihe ivyo bihugu vy’Afrika vyari mu bukoroni.
1930: Cairine Wilson aba umugore wa mbere atowe kuba umukenguzamateka muri Canada.

JPEG - 77.7 ko
Cairine Wilson

1933: Franklin D.Roosevelt, umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika ahakwa kugandagurwa. Umwicanyi yari amurashe yaramuhushije maze urusasu ruca ruhitana umukuri w’igisagara ca Chicago, uno aca aritabimana.
1978: Mohammed Ali ahebera ikibanza ca mbere muri Boxe uwitwa Leon Srinks yarafise imyaka 24.

JPEG - 50.2 ko
Mohammed Ali

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1564: Galileo Galilei, umutariyano w’umuhinga muri physique n mu bijanye n’ibinyenyeri.

JPEG - 10.4 ko
Galileo Galilei

1982: Olivia, umuririmvyikazi w’umunyamerika.

JPEG - 6.9 ko
Olivia

1983: David Degen na Philipp Degen, abakinyi b’umupira w’amaguru bo muri Suisse.

Ibihimbazwa

. Canada: Umunsi wahariwe ibendera ry’ico gihugu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.