Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 17 Nzero
Itarike 17 Nzero
mercredi 17 Nzero 2018
Igenekerezo rya 17 Nzero.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1773: James Cook, umuntu wa mbere yashoboye gushika aho bita muri “cercle polaire Antarctique”.
- James Cook
1861: Patrice Lumumba aragandagurwa.
- Patrice Lumumba
2002: Ikirunga ca Nyiragongo co muri Congo-Kinshasa kiravyuka maze conona inyubakwa i Goma.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1706: Benjamin Franklin, umunyamerika w’umuhinga mu biharuro na physique.
- Benjamin Franklin
1899: Al Capone, incange y’umutariyano n’umunyamerika yari rurangiranwa mu busuma no mu bwicanyi.
1941: Mohammed Ali, umukinyi rurangiranwa w’urukino rwa Boxe.
1964: Michelle Obama, umushingwa manza w’umunyamerikakazi. Akaba ari n’umutambukanyi w’umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika.
- Michelle Obama
INGABIRE Luc-Noël