IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 17 Ruhenshi

Itarike 17 Ruhenshi

mardi 17 Ruheshi 2014

Igenekerezo rya 17 Ruhenshi ni umunsi wa 168 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 197 ngo urangire.

Ibikuru bikuru vyabaye kw’igenekerezo nkiri

1940: Ubwato « Lancastria » buribira, abantu baharurwa hagati y’ibihumbi 5 n’ibihimbi 7 barahasiga ubuzima.

JPEG - 63.5 ko
Lancastria

1944: Igihugu ca Island kironka ukwikukira.
1972: Amanyanga yiswe “Watergate”, haca hahagarikwa abantu 5.
2013: Umukuru w’igihugu ca Repubrika ya Tchéque, Petr Necas, aratanga imihoho inyuma yukwagirizwa kurya igiturire.

JPEG - 37.4 ko
Petr Necas

Abazwi cane bavutse kw’igenekerzo nkiri

1964: Diane Murphy, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
1969: Paul Tergat, umunonotsi wo muri Kenya.

JPEG - 42.9 ko
Paul Tergat

1980: Venus Williams, umukinyi wa tennis w’umunyamerikakazi.

JPEG - 18.5 ko
Venus Williams

1988: Stephanie Rice, umunonotsi mu vyo gusiganwa mu kwoga akomoka muri Autrariya.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerzo nkiri

1996: Thomas Kuhn, umuhinga muri philosophie w’umunyamerika.
2006: Abdoul-Khalim Saïdoullaïev, uwihaye kuba umukuru w’igihugu ca Tchetcheniya.

JPEG - 45.9 ko
Abdoul-Khalim Saïdoullaïev

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wo kurwanya ubugararwa.
. Island: Umunsi wo kwibuka ukwikukira.

Itarike 18 Ruhenshi

Igenekerezo rya 18 Ruhenshi ni umunsi wa 169 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 196 ngo urangire.

Ibikuru bikuru vyabaye kw’igenekerezo nkiri

1815: Haba indwano y’i Waterloo.
1941: Hasgirwako igikumu ku masezerano yo kudashamirana hagati ya Turukiya n’Ubudagi.
1996: Benyamin Netanyahou aba umushikiranganji wa mbere wa Isirayeri.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1942: Thabo Mbeli, uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Afrika y’Epho
1942: Paul McCartney, umuririmvyi w’umwongereza.
1946: Fabio Capello, umumenyereza w’umupira w’amaguru akomoka mu b’Ubutariyano.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.