Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 18 Myandagaro
Itarike 18 Myandagaro
jeudi 18 Myandagaro 2016
Igenekerezo rya 18 Myandagaro.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1572: Henri wa 4 agira ubugeni na Marguerite de France.
1945: Soekarno aba umukuru w’igihugu ca Indonésie.
- Soekarno
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1927: Rosalyn Carter, umugore w’umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika, Jimmy Carter.
1933: Just Fontaine, umukinyi rurangiranwa w’umupira w’amaguru w’umufaransa.
1962: Felipe Calderon, umukuru w’igihugu ca Mexique.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1850: Honoré de Balzac, umwanditsi w’umufaransa.
1940: Walter Chrysler,umuhinga mu mahinguriro w’umunyamerika. Ninawe yatanguje ihinguriro rizwi cane ryitwa Chrysler.
2012: Scott McKenzie, umuririmvyi w’umunyamerika.
INGABIRE Luc-Noël