Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 18 Ndamukiza
Itarike 18 Ndamukiza
vendredi 18 Ndamukiza 2014
Igenekerezo rya 18 Ndamukiza ni umunsi wa 109 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 257 ngo urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1506: Hatangura ibikorwa vyo kwubaka isengero ry’i Roma ryitiriwe Umweranda Petero.
- Isengero yitiriwe Umweranda Petero
1909: Jeanne d’Arc ashirwa mu murwi w’aberanda i Roma.
1915: Roland Garros, umudereva w’umufaransa ararukiriza indege ku butaka bw’Ubudagi aca agirwa imbohe.
1954: Gamal Abdel Nasser afata ubutungane mu Misiri.
- Gamal Abdel Nasser
1955: Hatangura inama y’i Bandung.
1980: Canaan Sodindo Banana aba umukuru w’igihugu wa mbere wa Zimbabwe yahoze yitwa Rhodésie du Sud.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1955: Albert Einstein, umuhinga muri physique yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri physique mu 1921.
- Albert Einstein
1974: Marcel Pagnol, umuwanditsi w’umufaransa, umwe mubabaye mu rwego rwo kunagura ururimi rw’igifaransa.
- Marcel Pagnol
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ibibanza vy’iratiro n’ivyibutso.
INGABIRE Luc-Noël