Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 19 Gitugutu
Itarike 19 Gitugutu
mercredi 18 Gitugutu 2017
Igenekerezo rya 19 Gitugutu .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1984: Igandagurwa ry’umupatiri wo muri Pologne, Jerzy Popieluszko.
1993: Benazir Bhutto atorwa kuba umunshikiranganji wa mbere wa Pakistani.
- Benazir Bhutto
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1944: Peter Toch, umruririmvyi akaba n’umucuraranzi akomoka muri Jamaïque.
- Peter Toch
1962: Tracy Chevalier, umwanditsi w’umunyamerika.
1983: Brenton Rickard, umunonotsi mu kwoga w’umunya austrariya.
- Brenton Rickard
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1937: Ernest Rutherford, umuhinga muri physique akomoka muri Nouvelle Zélande. Yaronse agashimwe muri Chimie mu 1908.
- Ernest Rutherford
1945: Plutarco Elías Calles, uwabaye umukuru w’igihugu ca Mexique.
- Plutarco Elías Calles
2009: Joseph Wiseman, umukinyi w’amareresi akomoka muri Canada.
INGABIRE Luc-Noël