IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 19 Kigarama

Itarike 19 Kigarama

mardi 19 Kigarama 2017

Igenekerezo rya 19 Kigarama.

Abazwi cane bavutse kwigenekerezo nkiri

1154: Umwami Herni wa 2 yimikwa mu mabanga yo kuba Umwami w’Ubwongereza.
1965: Charles de Gaulle aorwaubwa kabiri kuba umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.

JPEG - 19.6 ko
Charles de Gaulle

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1987: Karim Benzema, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.

JPEG - 59.8 ko
Karim Benzema

1988: Alexis Sánchez, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Chili.
1994: M’Baye Niang, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.

Abazwi cane bapfuye kw’igenekerezo nkiri

1851: Emily Brontë, umwanditsi w’umwongereza.
1997: Masaru Ibuka, umuyapani w’umurwizatunga mu vyamahinguriro. Yararongoye akaba n’umwe mubatanguje ihinguriro SONY.

JPEG - 42.4 ko
Masaru Ibuka

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.